New castle yahagaritse umuvuduko wa Manchester City,icira inzira Liverpool.

Nyuma y’indwi zigera kuri zibiri ihiganwa rya Premier league ryo mu bwongereza ryarahagaze kubera izindi nkino zirimo Carabao Cup na FA ,zaraye zisubiriye kuba mu ijoro ryo ku wa kabiri tariki ya 29 Nzero 2019 ku bibuga bitandukanye ku bwongereza,aho umurwi wa Manchester City waraye utsinzwe na New Castle United ya Raphael Benitez ibitsindo 2-1 ibintu vyatangaje beshi bakunda kuraba…

Read More

Jules Ulimwengu yamaze kugurwa na rayon sports

Umurundi Jules Ulimwengu yari asanzwe ari umukinyi wa Sunrise yamaze kugurwa na Rayon Sports yari imaze iminsi itari mike imurondera Jules Ulimwengu ni umwe mu bakinyi beza baboneka muri championat ya Azam Premier league yo mu rwanda aho aza ku rutonde rw’abayoboyr abandi gutsinda ibitsindo vyishi aho afise ibitsindo 9 mu nkino yakiniye Sunrise .Rayons Sports na Sunrise zikaba zemeranije…

Read More

Shaka Bienvenue ntaboneka mu bakinyi 21 Intamba mu rugamba bagiyemuri muri Niger muri CANU20

Inyuma y’amasaha make atanze ikiganiro ku bamenyeshamakuru, joslin Bipfubusa yasohoye urutonde rw’abakinyi 21 bagiye amahiganwa ya Can y’abatarenza imyaka 20 mu gihugu ca Niger muri uru rutonde ntihabonekamo umukinyi Shaka Bienvenue umwe mubari bitezwe gufasha kanini uyu murwi muri aya mahiganwa,kubera imvune yagize ari mu murwi wiwe wa Etoile du Sahel muri Tunisia. Joslin Bipfubusa n’abasore biwe barahaguruka ku wa…

Read More

Ku myaka 21 abaye umuyapani wambere mu mateka y’isi atahukanye ikibanza ca mbere kuri ATP

Naomi ÔSAKA akimara kwegukana ihiganwa rikomeye rya grand chelem ryabereye muri Autraliya kuri uyu wa gatandatu igenerekerezo rya 26 Nzero 2019 ,rije ryiyongera kurindi yatwaye mu kwezi kwa cenda rya US Open vyamuhaye kwidara ku ntebe ya mbere muri Tennis ku isi. Ku myaka 21 gusa abaye umu yapani wa mbere mu mateka y’isi atwaye Grand Chelem haba mu bagore…

Read More

Umusatirizi w’umurundi Caleb Bonfils arasaba abakunzi biwe kumusengera mbere yuko afata indege imujana muri Lethonie muri Riga FC

Umukinyi w’intamba mu rugamba z’abakiri bato Bonfils Caleb Bimenyimana arafata indege imujana mu gihugu ca lethonie mu murwi Riga Latvia FC aho uyu musore ashikira mu igeregeza ry’amagara (TestMedical). Uyu musore wari umaze umwaka urenga muri rayon Sport agomba gufata indege imujana muri iki gihugu aho agomba guca atangura Test Medical bapima amagara yiwe ndetse uyu murwi ukaba wanamaze kumurungikira…

Read More

Inter Stars mu rukino rutoroshe yatsinze umurwi wa Muzinga mu rukino rwo ku munsi wa kabiri mu ihiganwa ryo mucicaro ca kabiri.

Mu nkino zo kurondera itike yo kuja mu cicaro ca mbere Primus League imirwi ibiri isanzwe ya Inter stars na Muzinga vyaraye bihuye mu rukino rutari rworoshe aho umurwi wa inter Stars watahukanye intsinzi ku gitsindo kimwe ku busa Mu rukino rwabereye kuri Stade Prince Louis Rwagasore ku munsi w’imana igenekerezo rya 27 Nzero 2019 rwarangiye umurwi wa Inter Stars…

Read More

Nyuma yo gutorwa n’abamenyeshamakuru nk’umukinyi mwiza w’ukwezi kwa 12 n’abarorerezi bamuhaye umugisha

Kanakimana Bienvenue umwe yasibiriye gutorerwa gutahukana agashimwe k’umukinyi yitwaye neza muri championat ya Primus League mu kwezi kwa 12 nyuma y’akazi gakomeye yakoreye umurwi wiwe wa Aigle Noir Kanakimana Bienvenue atwaye aka gashimwe asumbije bagenzi biwe Dusabe Olivier asanzwe akinira umurwi wa Vital’o na Ndizeye Eric asanzwe akinira umurwi wa Musongati Aka gashimwe yegukanye kabaye aka gatatu muri uyu mwaka…

Read More

Rutahizamu Bimenyimana Bonfils caleb Yasezeye abakunzi ba RayonSports mbere yo kuja muri Lithuania

Nyuma yo guhesha intsinzi umurwi wiwe wa Rayon Sports mu gikombe c’intwari Heroes Cup imbere ya Etincelles 2-0 yahise asezera abafana b ‘uyu murwi ukunzwe gusumba iyindi mu gihuhu c’u Rwanda aho agomba kuja mu gihugu ca Lithuania Bimenyimana Bonfils Caleb ni umwe mu bakinnyi bakiri bato bava mu gihuhu c’u Burundi ariko arigenza neza mu makungu ,yamaze gutangaza ko…

Read More

Hussein chababalala arahakana ibivugwa ko ari mu nzira zigaruka muri Rayon Sports yo mu Rwanda

Amakuru ava mu bari hafi y’umurwi wa Rayon Sports yo mu cicaro ca mbere mu rwanda avuga ko uburongozi bwa Rayon Sports bwoba buri mu nzira zirindera kugarukana rutahizamu w’umurundi Hussein Shaban Chabalala wavuye muri uyu murwi aja mu gihugu ca afurika y’epfo mu murwi wa Baroka FC ibarizwa mu cicaro ca mbere. Umurwi wa Rayon Sports usanzwe ari umwe…

Read More