Natacha la Namba arasaba abafana b’umuziki ndundi kumushigikira mu ihiganwa rya Hipipo music award

Ku nshuro ya mbere nibwo umuririmvyi w’umurindi haba mu bagabo canke mu bagore yinjiye mu ihiganwa rya Hipipo risazwe rihemba bamwe mu baririmvyi muri Afrika bitwaye neza mu muziki mu bihugu vyabo ndetse no muri Africa muri rusange Izina rya Natacha Ngendabanka rikaba ryarashizwe mu yandi mazina mu ciciro c’abagomba gutorwa n’abafana Africa fans favorite fresh Talent , aho ari kumwe…

Read More

Burundi  na Gabon : Urubanza rudasanzwe k’Uburundi n’Abarundi bose.

Ku wa 23 Ntwarante 2019, igihugu c’Uburundi citeguriye urukino rwa nyuma mu matsinda,mu nkino z’ukurondera itike y’ukuja mu gikombe ca Afrika kizobera mu gihugu ca Misiri mu kwezi kwa Gatandatu uyu mwaka 2019. Mu ntumbero y’ugutegura urwo rukino rwa nyuma mu matsinda, aho Uburundi buzokwakira igihugu ca Gabon ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore, imyiteguro yaramaze gutangura mu bijanye n’ugutunganya…

Read More