Natacha La Namba abandanije kwingingira Sat B amahera?Niki cinyegeje inyuma yavyo?

Mu muziki w’ u Burundi bigenda birushirazaho kuba vyiza kuko amahera ariko aragenda yibonekeza mu baririmvyi b’abarundi bamwe ba bamwe,ni nyuma yaho Natacha Ngendabanka yandikiye kuri Page ya Instagram yiwe abwira Sat b ko yahomvye kugaruka kandi mu giteramo ciwe na rirya yari yamuzaniye akandi kaganuke.Beshi rero bakibaza ko yoba ari ayandi mahera yari kumuha naho batigeze bavuga icarico neza.…

Read More

Liverpool idafise Van Dijk Irakira Bayern Munich ,Lyon na Barcelona ,Atletico na Juventus mu gihe Manchester city izoba yagiye mu budage.

Mbere y’urukino ruhuza umurwi wa Liverpool na Bayern Munich muri 1/8 urukino rwa mbere kuri stade ya Liverpool,umurwi wa Liverpool udafise umuholondi Virgil Van Dijk iri mu biharuro bikomeye vy’uko iza guhagarika abakinyi bayo kubera ivunika ry’abakinyi bayo bakina inyuma. Livepool ifise ibibazo mu bwugarizi bwayo kubera kuvunikisha bamwe mu bakinyi bayo basanzwe bafatiye runini inyuma nka Joe Gomez na…

Read More

Primus League :Aigle noir na Messager Ngozi zatanze isomo ry’umupira w’amaguru ku munsi wa 22 wa championat,Aigle Noir itera intambwe yo guterura igikombe ca Championat

Nyuma y’akaruhuko katari gato hadakinwa ihiganwa ry’umupira w’amaguru mu burundi  mu cicaro ca mbere Primus League ,mu mpera za week end ku matariki ya 16,17 z’ukwezi kwa Ruhuhuma 2019 zarasubiriye kuba ku bibuuga bitandukanye,ku munsi wayo wa 22 wasize Aigle noir na Messager Ngozi zikosoye bikomeye imirwi ya LLB na  Messager Bujumbura. Umurwi wa Aigle noir wagumanye ikibaza cawo ca…

Read More