Elvis Kamsoba: “sindafata ingingo y’ igihugu nzokinira hagati y’uburundi na Australia ariko umutima wanje ahanini uhengamiye ku Burundi

Umukinyi w’umurundi Elvis kamsoba asanzwe akinira umurwi wa Melbourne victory club wo mu cicaro ca mbere muri Australia aganira n’isanomag yatumenyesheje ko gukinira Uburundi bigishoboka naho atarafata ingingo ya nyuma kuko n’igihugu ca Australia kimaze kumwegera kimusaba kugikinira Isanomag: Elvis Kamsoba ari hamwe umurwi w’intamba mu rugamba uguhamagaye wokwitaba? Elvis Kamsoba: Gukinira Uburundi ndabishaka cane kuko n’igihugu c’amavukiro ariko kuri…

Read More