Coutinho ashobora kuva muri Barcelone, Messi nawe ati “Cristiano Ronaldo ashobora gufasha juventus gutwara igikombe ca ligue des champions”

Ku mazina yose ni Phillipe coutinho Correira afise imyaka 26 , uno musore amaze umwaka umwe n’amezi abiri muri Fc Barcelone aho yagurwa amafaranga y’amanyaburaya angana n’imiliyoni 160 ava muri Liverpool. Uno musore biragaragara neza ko atariko araronka akaryo ko gukinishwa gakwiye. Atanga ikiganiro ku kinyamakuru sport  yavuze ko ashobora kuva mu murwi wa fc barcelone “ kuva muri Barcelone…

Read More

Umumenyereza w’intamba mu rugamba ati “ ihangiro ryacu muri CAN 2019 ni kurengana igice ca mbere c’amatsinda”

Niwe yavyivugiye, umumenyereza w’intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko abicishije kw’iradio y’abafaransa RFI yagize ati : “ turazi ko ihiganwa rihuza imirwi nserukira bihugu vyo muri Africa riba rikomeye cane kuko rihuza ibihugu bikomeye cane muri Afrika ; kuri twebwe rero, ihangiro ni kurengana n’imiburiburi urugero rw’amatsinda tukaba abaserukira itsinda tuzoba turimwo.”  Mu gihe Uburundi ari irya mbere bushitse mwiryo higanwa, abenshi…

Read More

Man utd: Solskjaer ashimiwe n’indongonzi z’umurwi, ahabwa amasezerano mashasha

Mu gihe Yari yahawe amaserano yo gushika mu mpera z’amahiganwa ya 2018-2019 asubiriye Jose Mourinho, Ole Gunnar Solskjaer ashimiwe n’indongonzi za Manchester United, zamuhaye amasezerano masha yo kubandanya amenyereza gushika mu mwaka wa 2022. Vyamaze kurangira Solskjaer ntakiri umumenyereza w’imfatakibanza!!!inyuma  yo gusubirira Jose Mourinho adugijwe n’indongonzi z’umurwi, solskjaer yakoreye ibishoboka vyose uwo murwi, binatumye abawurongoye bamwizera gushika mu mwaka wa…

Read More

Dukeneye ubufasha hari vyishi tutishoboza kugira dufane Intamba kinyamwuga …

Mu bisanzwe mu bihugu vyamaze kugera ku rundi rwego mu nkino zitandukanye ariko cane cane mu rukino rw’umupira w’amaguru,baramaze kumenya agaciro k’umufana ,ndetse hari n’abamaze kubigira umwuga ubatunze ,ukaburiza indege,ukabaraza mu ma hotel akomeye hirya no hino ku isi mu gihe baherekeje imirwi yabo,ndetse beshi bazi akamaro kabo banabita ko abafana ari umukinyi wa 12 akinira hanze y’ikibuga ariko akagira…

Read More

Saido Berahino ntamerewe neza muri Stoke City yifuza gukinira Vital’o mu gihe akiri i Burundi,akunda Kidum na Fizzo,akunda kandi kurya ivyamwa

Umukinyi Saido Berahino asanzwe akinira umurwi wa Stoke City mu gihugu c’u ubwongereza mu cicaro ca kabiri  atangaza ko atishimiye kuguma muri uyu murwi mbere ko arindiriye ibijanye n’amasezerano mashasha amujana mu wundi murwi ,akaba kandi avuga ko bishobotse yoba arakinira umurwi wa Vital’o naho yabivuze ameze nk’uwuriko arapfyina. Mu kiganiro yari yatumiwemo na Buja FM camaze hafi iminota 35…

Read More

CAN 23 :Intamba mu Rugamba U23 zasezerewe na Congo Brazzaville

Intamba mu rugamba z’abatarenza imyaka 23, bakuwemo n’umurwi wa Congo Brazzaville batsinzwe ibitsindo 2-1 nyuma yo kurangiza igice ca mbere cose u Burundi bufise igitsindo 1 ku busa. Ni urukino rwo gusubiriza rwabereye  mu gihugu ca Congo Brazzaville aho abasore ba Omar Ntakagero bari batanguye uru rukino bifitiye icizere co kurutsinda nyuma yaho baronse amahirwe meshi bakayapfusha ubusa mu rukino…

Read More

Zinedine Zidane yifuza Sadio Mane muri Real Madrid ku buryo bwose bushoboka

Nyuma yo kugaruka ku ntebe ya Real Madrid nk’umumenyereza ,Zinedine zidane yerekana urukundo afitiye umukinyi wa Liverpool Sadio Mane ndetse bikaba bivugwa ko yiteguye kumutangako amahera ashoboka yose kugira amuzane I Santiago Bernabeu,aha ni nyuma yo kugura umukinyi akina inyuma Eder Militão agomba kuzana n’inguvu no mu basatira igori. Mu rwego rwo kurondera uwosubirira Gareth Bale bivugwa ko agomba ku…

Read More

Africa :Tanzaniya yiyongereye ku bindi bihugu vyaronse itike yo gukina CAN 2019

Tanzaniya ibaye igihugu ca kane kibonye itike ryo gukina inkino za nyuma z’igikombe c’afrika kizobera muri Misiri mu kwezi kwa gatandatu nyuma yo gutsinda igihugu kibanyi ca Uganda ibitsindo 3 ku 0 ,bituma isubira muri CAN nyuma y’imyaka 39 iheze badahonyorayo,baba  mu  bihugu 24 bigomba kurwanira igikombe gikomeye gusumba ibindi muri Africa. Tiafa Stars ironse iyi tike isanga imirwi ya Uganda,Kenya n’u Burundi mu bihugu bigize akarere k’ibiyaga binini vyari vyaronse…

Read More

Le Burundi sous l’extase mystique de sa qualification historique à la CAN 2019

Samedi , l’équipe du Burundi a décroché  le ticket à la CAN2019 , en égalisant avec le Gabon d’Aubameyang(1‐1)  dans un match décisif  . Depuis, les interventions autour de cette qualification légendaire tournent en boucle avec bien évidemment l’immense fête réalisée depuis les différents quartiers de Bujumnura. Voici une sélection de celles qui resteront dans l’histoire. L’équipe du Burundi est…

Read More

Nyuma ya Ndaye Chancel,FK VYASKOV yiyongeye uwundi mukinyi w’Umurundi.

Haheze ikiringo c’ukwezi kurenga hamenyekanye amakuru yo kugurwa y’umukinyi Ndaye Chancel  ava mu murwi wa Rukinzo FC agurwa n’umurwi wa FK VYASKOV yo muri Republica ya Tcheque,ariko mu nyuma uyu murwi nyene washimye n’uwundi mukinyi asanzwe nawe akinira intamba mu rugamba U 23 akaba asanzwe akinira n’umurwi wa Aigle Noir FC Kanakimana Bienvenue. Amakuru agera ku kinyamakuru Isano Magazine ,avuga…

Read More
1 2