BURUNDI−GABON : Aubameyang ashobora kutitaba urukino Gabon izokina n’Uburundi nkuko yabimenyesheje.

Pierre Emerick Aubameyang , umusatirizi w’umurwi wa Arsenal kandi akinira n’umurwi nserukiragihugu wa Gabon yamenyesheje biciye ku mboneshakure ya canal+ Ko ashobora kutaza gukinira Gabon murukino ruzobahuza n’Uburundi . Hari uno musi igenekerezo rya 02/03/2019 aho umurwi wa Tottenham hospur wari wakiriye Arsenal. Urukino rwarangiye iyo mirwi yose inganije 1−1. Uwo mukinyi rero ntiyari yatangujwe muri urwo rukino rwuno musi. Mu…

Read More