Burundi:Itangazamakuru ry’inkino mu Burundi rirarabana ay’ingwe na FFB kubera urukino rwa Gabon

Mu kiganiro n’abanyamakuru b’inkino mu Burundi cabaye ku munsi wa gatanu igenerekerezo rya 22 Ntwarane 2019 mu nyubakwa z,ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi catanzwe na Youssuf Mossi asanzwe atwara igisata c’amahiganwa muri FFB yabwiye abanyamakuru ko ibibanza vyabo ku rukino rwa Gabon vyagabanutse Ingingo itaryoheye abanyamakuru hafi ya bose bari bitabiriye iki kiganiro. Iyi ngingo iri mu zatumye habaho guterana…

Read More

Burundi:Intsinzi yejo ni ngombwa kugira igarukane icizere mu mitima ya beshi mu Barundi Gael Bigirimana

Mu kiganiro n’abanyamakuru Gael Bigirimana,umunsi umwe mbere y’urukino Intamba mu rugamba zigomba kwakiramo les Pantheres za Gabon kuri Stade Prince Louis Rwagasore ku munsi w’ejo ku wa gatandatu tariki ya 23 Ntwarane 2019 ,yagarutse ku kamaro ko kuronka intsinzi Kuri we abona ko atari intsinzi isanzwe ahubwo ari iyigomba kugarukana icizere kuri beshi bakiburiye mu bihe bitandukanye. Mu majambo make…

Read More

Burundi:Ntamahera yemereye abakinyi kandi ntiyobikora ntabizi Alain Olivier Niyungeko aganira n’itangazamakuru mbere yo guhura na Gabon.

Mu gihe hasigaye amasaha make ngo urugamba rwo gupfa no gukira rube hagati y’imirwi nserukirabihugu y’Uburundi na Gabon,umumenyereza Olivier Niyungeko batazira Mutombora ari kumwe na Gael Bigirimana batanze ikiganiro ku banditsi n’abamenyeshamakuru ku munsi wa gatanu tariki ya 22 Ntwarane mu nyubakwa z’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi . Ikiganiro cabaye mu masaha yo mu gatondo ko ku munsi wa gatanu…

Read More