Africa :Tanzaniya yiyongereye ku bindi bihugu vyaronse itike yo gukina CAN 2019

Tanzaniya ibaye igihugu ca kane kibonye itike ryo gukina inkino za nyuma z’igikombe c’afrika kizobera muri Misiri mu kwezi kwa gatandatu nyuma yo gutsinda igihugu kibanyi ca Uganda ibitsindo 3 ku 0 ,bituma isubira muri CAN nyuma y’imyaka 39 iheze badahonyorayo,baba  mu  bihugu 24 bigomba kurwanira igikombe gikomeye gusumba ibindi muri Africa. Tiafa Stars ironse iyi tike isanga imirwi ya Uganda,Kenya n’u Burundi mu bihugu bigize akarere k’ibiyaga binini vyari vyaronse…

Read More

Le Burundi sous l’extase mystique de sa qualification historique à la CAN 2019

Samedi , l’équipe du Burundi a décroché  le ticket à la CAN2019 , en égalisant avec le Gabon d’Aubameyang(1‐1)  dans un match décisif  . Depuis, les interventions autour de cette qualification légendaire tournent en boucle avec bien évidemment l’immense fête réalisée depuis les différents quartiers de Bujumnura. Voici une sélection de celles qui resteront dans l’histoire. L’équipe du Burundi est…

Read More

Nyuma ya Ndaye Chancel,FK VYASKOV yiyongeye uwundi mukinyi w’Umurundi.

Haheze ikiringo c’ukwezi kurenga hamenyekanye amakuru yo kugurwa y’umukinyi Ndaye Chancel  ava mu murwi wa Rukinzo FC agurwa n’umurwi wa FK VYASKOV yo muri Republica ya Tcheque,ariko mu nyuma uyu murwi nyene washimye n’uwundi mukinyi asanzwe nawe akinira intamba mu rugamba U 23 akaba asanzwe akinira n’umurwi wa Aigle Noir FC Kanakimana Bienvenue. Amakuru agera ku kinyamakuru Isano Magazine ,avuga…

Read More

Showbizz:Imyiteguro yo gushira hanze Album yanje ya mbere igeze kure Masterland

Haheze igihe kitari gito ,umuririmvyi akaba n’umuhinyanyuzi Armel Chabel Marial Ngendakumana,  bakunda kwita Masterland amenyesheje abakunzi b’ibikorwa vyiwe ko agiye gushira hanze album yiwe ya mbere kuva atanguye akazi k’umuziki ,iyo album ikazoba yitwa EGO. Masterland amaze imyaka igera ku munani (8years) yinjiye mu bikorwa vyo gutunganya no gukora umuziki,aho afise inzu itunganya indirimbo mu buryo bw’amajwi MasterMuzik imaze gufasha…

Read More