Uwakoze amakosa niwe azohanwa kandi amatohoza ariko arakorwa .Reveliyano Ndikuriyo aganira n’abanyamakuru

Mu kiganiro n’abanyamakuru umurongozi wa FFB umushingamateka Reveriyano Ndikuriyo yashimiye abantu bose bagize uruhara kugira Intamba mu rugamba zironke itike ryo kuja mu ihihanwa rikuru ry’umupira w’amaguru muri Afrika CAN bwa mbere mu mateka ariko kandi agaruka ku bihano ishirahamwe ry’umupira w’amaguru FFB ryahawe na CAF kubera kurenga ku mategeko ,avuga ko uwakoze amakosa ari we azohanwa kuko batohanirwa abandi.…

Read More

UCL :Liverpool iracakirana na FC Porto mu gihe Manchester City ikina na Tottenham

Mu nkino zikomeye zo kumugabane w’i Burayi mu mirwi ikomakomeye kuri uyu mugabane muri iri joro ryo ku wa kabiri tariki ya 09 Ndamukiza FC Porto yo muri Portugal irakina na Liverpool yo mu bwongereza mu nkino za kimwe ca kane zibanza ku kibuga ca Liverpool mu gihe Manchester City izoba yagoye i Londre gukina na Tottenham. Ni zimwe mu…

Read More