ACBAB:Hamenyekanye uko imirwi izohura muri Tournoi d’ouverture.

Buri uko umwaka utashe uwundi ukaza habaho ihiganwa ritanguza ihiganwa rikuru rya Baskeball mu ntara ya Bujumbura aho imirwi ikina ikurakunamo. Vyari vyitezwe ko imirwi igomba gutomborana uyu munsi ku wa mbere tariki ya 15 Ndamukiza 2019 mu masaha y’umugoroba aho imirwi y’abahungu n’abakobwa yagomba kurara imenye uko izohura muri week end y’amagenekerezo ya 20 na 21 Ndamukiza 2019. Urunani…

Read More

CAN 2019: U Burundi buzoroswa agashirukabute ka 600 000 vyama dollar,arenga umuliyaridi mu marundi.

Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Africa CAF ryatangaje igitigiri c’amahera buri murwi wabonye itike yo gukina igikombe c’afrika kizobera mu misiri uyu mwaka wa 2019 ugomba kuronka ndetse CAF inatangaza ko yongereye agaciro k’uwuzotwara iki gikombe. Ahmad asanzwe arongoye iri shirahamwe rya CAF yabwiye radio y’abafaransa RFI ko buri murwi wose waronse itike yo gukina iri higanwa izoronka amahera agera ku…

Read More

Burundi:Vital’o yahinduye indongozi Jamal Sefu asubira kuba President.

Inama rusangi yahuje abakinyi,abakunzi n’abarongozi ba Vital’o yateranye ku munsi w’imana  igenerekerezo rya 14 Ndamukiza  yarangiye hafashwe ingingo yo gutora indongozi shasha mu buryo bwo gusubira kubaka umurwi wabo bavuga ko wari ugeze aho umwansi ashaka. Iyi nama rusangi yabaye nyuma y’ibibazo vyagiye biravugwa ko umurwi wa Vital’o wifuza kwitandukanya n’umuyobozi wabo Bikorimana Benjamin nyuma y’Imyaka 6 ayirongoye mu buryo…

Read More