FEBABU: Igisata c’inkino z’abapfasoni ntikigifise uwukirongoye

Imbere yuko ihiganwa rya Basketball ry’umwaka wa 2019 ritangura, ibibazo vyovyo ntibibuze. Mu nkino z’abapfasoni uwurasanzwe arongoye ico gisata mw’ishirahamwe ritunganya urwo rukino ku rwego rw’igihugu FEBABU yatanze imihoho bivanye n’ibibazo bidasanze yashikirije. KAMIKAZI Dorine yarasanzwe arongoye arongoye ico gisata, mu rwete yandikiye uwurongoye ishiramwe FEBABU kw’igenekerezo rya 8 Ndamukiza 2019, amenyesha ko atanze imihoho mu burongonzi bw’igisata c’inkino z’abapfasoni.…

Read More

Elvis Kamsoba ati “ Abakunzi b’intamba mu rugamba banyitegeko ibitsindo n’imipira ivamwo ibitsindo (passes décisives)… … ”

Nkuko twari twarabibamenyesheje mu makuru yacu yo misi iheze,Elvis Kamsoba  asanzwe akinira umurwi Melbourne Victory club wo mu cicaro ca mbere muri Australia aremeza ko ku bice 90%  azokinira umurwi nserukiragihugu w’Uburundi mu gikombe ca CAN2019. Aganira n’isanomag, Kamsoba yavuze ko Uburundi bukina umupira mwiza. Yagize ati : “ Nariko ndakurikirana urukino Uburundi busezerera Gabon. Bufise umupira mwiza n’abakinyi babishoboye. Naho…

Read More

Basketball:Twiteguye neza uyu mwaka gusumba ikindi gihe cose…Jolis wa Kern BBC

Umurwi wa Kern BBC uri mu mirwi imaze iminsi ihagaze neza mu burundi ndetse uyu mwaka ukaba wipanze neza gusumba iyindi myaka yabanjirije uyu nkuko bitangazwa n’umumenyereza w’uyu murwi Jolis wigeze no kuwukinira igihe kitari gito. Mu gihe ihiganwa rya Basketball mu gisagara ca Bujumbura riri mu gutangura mu mpera za week end ya 20-21  Ndamukiza 2019,umurwi wa Kern uri…

Read More