“ I PROMISE SCHOOL” 1.000.000$ ahawe ishure ry’umukinyi LeBron James

Ayo n’amafaranga agiye gufasha kubaka ikibanza c’ukwinonora imitsi mw’ishure aheruka kubaka mw’ici ry’umwaka wa 2018 mu karere ka Ohio natal asanzwe avukamwo. Ni mu gihe atariko arakina inkino za play-offs ariko akabandnya iyindi imirimo. Abanyeshure batari bake banezerejwe no kubona amaso mu yandi umukinyi LeBron James kw’ishure  “I PROMISE”, aho bari baramutse baronka imfashanyo ingana n’umuliyoni w’amafaranga y’amadolari mu ntumbero…

Read More

Music: “Si jewe by GISA Stevo”,ubuhamya hagati y’abakundana.

Inyuma y’indirimbo Turahuza, Uranyuzuza, Mpobera, Umwubatsi yakoranye n’abaririmvyi kolly na Wallace hamwe na Cherie yakoranye na Aslion, GISA Stevo yasohoye indirimbo “Si jewe”. “Si jewe” n’indirimbo nshansha, ikozwe neza inyuma yo kwiha umwanya wo kuyinonganza neza mu bigo vya Agape Records arikumwe n’abahinyanyuzi nka Clovis afadikanije na Dany pro. Ubutumwa burimwo Isanomag.com iganira n’umuririmvyi GISA Stevo, amenyesha ko indirimbo igizwe…

Read More