Music: “Si jewe by GISA Stevo”,ubuhamya hagati y’abakundana.

Inyuma y’indirimbo Turahuza, Uranyuzuza, Mpobera, Umwubatsi yakoranye n’abaririmvyi kolly na Wallace hamwe na Cherie yakoranye na Aslion, GISA Stevo yasohoye indirimbo “Si jewe”. “Si jewe” n’indirimbo nshansha, ikozwe neza inyuma yo kwiha umwanya wo kuyinonganza neza mu bigo vya Agape Records arikumwe n’abahinyanyuzi nka Clovis afadikanije na Dany pro. Ubutumwa burimwo Isanomag.com iganira n’umuririmvyi GISA Stevo, amenyesha ko indirimbo igizwe…

Read More