NIYONGABO Amars aragabishwa na MUSANZE FC ku musaruro mubi

Mw’ikete ryasohowe n’uburongozi bw’umurwi wa Musanze FC  kw’igenekerezo rya 21 Gitugutu  2019, rigabisha uwusanzwe awumenyereza ko atariko aratanga umusaruro mwiza. ivyo bigashobora kumutuma atakaza ayo mabanga bivanye n’umusaruro muke amaze kuronka kuva aje kuwumenyereza. Muri iryo kete Musanze FC igira iti: “….dufatiye ku masezerano dufitaniye, tugafatira no ku musaruro w’amanota atatu kuri cumi n’abiri, tubona ko uwo musaruro udakwiye muri…

Read More

Basketball:Heroes cup igiye gukinwa itarimwo imirwi champions

igikombe c’intwari gisazwe gikinirwa ngaha mu Burundi mu rwego rwo guha agaciro intwari z’igihugu mu rukino rwa Basketball kigiye gukinwa kidafise imirwi yatwaye igikombe muri championa ya ACBAB no mu gihugu cose ariyo Dynamo ndetse na Les gazelles ku ruhande rw’abakobwa. Ku mvo zitandukanye zatumye iyi mirwi yitwaye neza itaboneka kumpande zose harimo ko umurwi wa Dynamo BBC waserukiye i…

Read More

Basketball : Ihiganwa ry’ugushigikira NDAYIZAMBA Rodrigue akitswe n’amagara

Mu ntumbero yo gufasha umukinyi wa Basketball yahora akinira umurwi wa Muzinga BBC NDAYIZAMBA Rodrigue akitswe n’amagara,akaba amaze amezi arenga 3 agwariye mu bitaro vya CMCK, aho amaze kubarwa incuro zigera kuri zitatu. Ni muri iyo nzira ishirahamwe rya Basketball mu gisagara ca Bujumbura ACBAB ryateguye ihigwanwa ryo gutororokanya uburyo bwo gusahiriza umuryango wiwe mu nkino zigiye kubera Ku kibuga…

Read More