Basketball : Ihiganwa ry’ugushigikira NDAYIZAMBA Rodrigue akitswe n’amagara

Mu ntumbero yo gufasha umukinyi wa Basketball yahora akinira umurwi wa Muzinga BBC NDAYIZAMBA Rodrigue akitswe n’amagara,akaba amaze amezi arenga 3 agwariye mu bitaro vya CMCK, aho amaze kubarwa incuro zigera kuri zitatu. Ni muri iyo nzira ishirahamwe rya Basketball mu gisagara ca Bujumbura ACBAB ryateguye ihigwanwa ryo gutororokanya uburyo bwo gusahiriza umuryango wiwe mu nkino zigiye kubera Ku kibuga…

Read More