CAF irasaba Uburundi kuriha ihadabu ringana n’amafaranga 10.000 vy’amadolari.

Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Africa ryaraye rihanishije igihugu c’Uburundi, ihadabu ringana n’amafaranga y’amanyamerika,amadolari ibihumbi icumi, ayangana n’imiliyoni zababa mirongo itatu mu mafaranga y’amarundi. Mw’ikete ryaraye rishizwe ahabona na CAF, ryandikirwa ubunyamabanga bukuru bw’ishirahanwe ry’umupira w’amaguru hano mu Burundi, Uburundi bwagirijwe ko zimwe mu mboneshakure harimwo n’iyigihugu cacu ( RTNB), zerekanye urukino rwo ku wa 23 Ntwarante rwahuje Uburundi n’igihugu ca…

Read More