“ I PROMISE SCHOOL” 1.000.000$ ahawe ishure ry’umukinyi LeBron James

Ayo n’amafaranga agiye gufasha kubaka ikibanza c’ukwinonora imitsi mw’ishure aheruka kubaka mw’ici ry’umwaka wa 2018 mu karere ka Ohio natal asanzwe avukamwo. Ni mu gihe atariko arakina inkino za play-offs ariko akabandnya iyindi imirimo. Abanyeshure batari bake banezerejwe no kubona amaso mu yandi umukinyi LeBron James kw’ishure  “I PROMISE”, aho bari baramutse baronka imfashanyo ingana n’umuliyoni w’amafaranga y’amadolari mu ntumbero…

Read More

CAF irasaba Uburundi kuriha ihadabu ringana n’amafaranga 10.000 vy’amadolari.

Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Africa ryaraye rihanishije igihugu c’Uburundi, ihadabu ringana n’amafaranga y’amanyamerika,amadolari ibihumbi icumi, ayangana n’imiliyoni zababa mirongo itatu mu mafaranga y’amarundi. Mw’ikete ryaraye rishizwe ahabona na CAF, ryandikirwa ubunyamabanga bukuru bw’ishirahanwe ry’umupira w’amaguru hano mu Burundi, Uburundi bwagirijwe ko zimwe mu mboneshakure harimwo n’iyigihugu cacu ( RTNB), zerekanye urukino rwo ku wa 23 Ntwarante rwahuje Uburundi n’igihugu ca…

Read More

Bwa mbere mu mateka y’U Burundi bwabonye itike yo gukina igikombe c’Afrika CAN

Ni umunsi wari urindiranywe igishika n’abatari bake haba mu barundi baba ngaha I Burundi ndetse n’abandi basanzwe baba hirya no hino ku isi. Urukino u Burundi bwakiriyemo Les Panthères za Gabon rwarangiye buhaye umunezero abakunzi b’umupira w’amaguru mu Burundi nyuma yo kunganya igitsindo kimwe kuri kimwe. Imbere y’isinzi y’abantu bari muri Stade Prince Louis Rwagasore Cédric Amissi yatsinze igitsindo mu…

Read More

Inter Stars mu rukino rutoroshe yatsinze umurwi wa Muzinga mu rukino rwo ku munsi wa kabiri mu ihiganwa ryo mucicaro ca kabiri.

Mu nkino zo kurondera itike yo kuja mu cicaro ca mbere Primus League imirwi ibiri isanzwe ya Inter stars na Muzinga vyaraye bihuye mu rukino rutari rworoshe aho umurwi wa inter Stars watahukanye intsinzi ku gitsindo kimwe ku busa Mu rukino rwabereye kuri Stade Prince Louis Rwagasore ku munsi w’imana igenekerezo rya 27 Nzero 2019 rwarangiye umurwi wa Inter Stars…

Read More

Nyuma yo gutorwa n’abamenyeshamakuru nk’umukinyi mwiza w’ukwezi kwa 12 n’abarorerezi bamuhaye umugisha

Kanakimana Bienvenue umwe yasibiriye gutorerwa gutahukana agashimwe k’umukinyi yitwaye neza muri championat ya Primus League mu kwezi kwa 12 nyuma y’akazi gakomeye yakoreye umurwi wiwe wa Aigle Noir Kanakimana Bienvenue atwaye aka gashimwe asumbije bagenzi biwe Dusabe Olivier asanzwe akinira umurwi wa Vital’o na Ndizeye Eric asanzwe akinira umurwi wa Musongati Aka gashimwe yegukanye kabaye aka gatatu muri uyu mwaka…

Read More