Elvis Kamsoba ati “ Abakunzi b’intamba mu rugamba banyitegeko ibitsindo n’imipira ivamwo ibitsindo (passes décisives)… … ”

Nkuko twari twarabibamenyesheje mu makuru yacu yo misi iheze,Elvis Kamsoba  asanzwe akinira umurwi Melbourne Victory club wo mu cicaro ca mbere muri Australia aremeza ko ku bice 90%  azokinira umurwi nserukiragihugu w’Uburundi mu gikombe ca CAN2019. Aganira n’isanomag, Kamsoba yavuze ko Uburundi bukina umupira mwiza. Yagize ati : “ Nariko ndakurikirana urukino Uburundi busezerera Gabon. Bufise umupira mwiza n’abakinyi babishoboye. Naho…

Read More

Can 2019 : le Burundi dans le groupe abordable, selon certains journalistes sportifs.

Les Burundais peuvent ressortir avec le sourire de cette cérémonie du tirage au sort qui se déroulait ce vendredi 12/04/2019 en Egypte. Ils évitent en effet certaines grandes nations du football et héritent d’un groupe B qui est visiblement jouable. Les hommes de Niyungeko Alain Olivier , sélectionneur de l’équipe nationale affronteront le Nigeria le 22 juin à Alexandrie pour leur…

Read More

Coutinho ashobora kuva muri Barcelone, Messi nawe ati “Cristiano Ronaldo ashobora gufasha juventus gutwara igikombe ca ligue des champions”

Ku mazina yose ni Phillipe coutinho Correira afise imyaka 26 , uno musore amaze umwaka umwe n’amezi abiri muri Fc Barcelone aho yagurwa amafaranga y’amanyaburaya angana n’imiliyoni 160 ava muri Liverpool. Uno musore biragaragara neza ko atariko araronka akaryo ko gukinishwa gakwiye. Atanga ikiganiro ku kinyamakuru sport  yavuze ko ashobora kuva mu murwi wa fc barcelone “ kuva muri Barcelone…

Read More

Burundi – Arbitrage : Un savoir- faire qui s’exploite et s’exporte davantage

Les arbitres burundais ne cessent de prouver au monde footballistique régional et même africain, que leur savoir-faire est inégalable parmi les autres arbitres du continent ou de la sous-région. De Claude Birumushahu ,désormais nomme instructeur des arbites internationaux à Niyongabo Emery, un jeune arbitre nouvellement promu dans le cercle des arbitres internationaux, la sollicitation de leur service dans les grands…

Read More

Ku myaka 21 abaye umuyapani wambere mu mateka y’isi atahukanye ikibanza ca mbere kuri ATP

Naomi ÔSAKA akimara kwegukana ihiganwa rikomeye rya grand chelem ryabereye muri Autraliya kuri uyu wa gatandatu igenerekerezo rya 26 Nzero 2019 ,rije ryiyongera kurindi yatwaye mu kwezi kwa cenda rya US Open vyamuhaye kwidara ku ntebe ya mbere muri Tennis ku isi. Ku myaka 21 gusa abaye umu yapani wa mbere mu mateka y’isi atwaye Grand Chelem haba mu bagore…

Read More