Volleyball: RUKINZO V.C yatakaje urukino rwa mbere mu mahiganwa ya CAVB_2019 muri misiri.

Rukinzo V.C niwo murwi waserukiye uburundi mu mahiganwa ahuza imirwi ya mbere iwabo mu rukino rwa volleyball ku mugabane wa Africa. Amahiganwa azoba hagati y’amatariki ya 01-11 Ntwarante 2019. Mu nkino zitanu zizokinwa na Rukinzo V.C, urwa mbere barutakaje bakina na Al swelty V.C yo mu gihugu ca libiya (Lybie). Ku bakinyi basanzwe bakinira Rukinzo V.C, hiyongerako umukinyi BERUBURUNDI Donald…

Read More