Man utd: Solskjaer ashimiwe n’indongonzi z’umurwi, ahabwa amasezerano mashasha

Mu gihe Yari yahawe amaserano yo gushika mu mpera z’amahiganwa ya 2018-2019 asubiriye Jose Mourinho, Ole Gunnar Solskjaer ashimiwe n’indongonzi za Manchester United, zamuhaye amasezerano masha yo kubandanya amenyereza gushika mu mwaka wa 2022. Vyamaze kurangira Solskjaer ntakiri umumenyereza w’imfatakibanza!!!inyuma  yo gusubirira Jose Mourinho adugijwe n’indongonzi z’umurwi, solskjaer yakoreye ibishoboka vyose uwo murwi, binatumye abawurongoye bamwizera gushika mu mwaka wa…

Read More