Saido Berahino yaraye afashwe n’igipolisi c’ ubwongereza yagirijwe akaboregwe

Umukinyi w’umurundi Saido Berahino akinira umugwi wa Stoke City mu Bwongereza yarahagaritswe ku munsi w’ejo ku wa mbere mu gisagara ca Londres yiketswe ko yariko agendesha umuduga yaborewe. Saido Berahino asanzwe akinira umurwi nserukiragihugu Intamba mu rugamba yaraye ahagaritswe mu mabarabara ya Londre yagirizwa kugendesha umuduga yaborewe,ariko we akavuga ko yakoresheje umuvudugo mwishi ahunga abasuma banamwivye isaha yiwe Inkuru Isano…

Read More