CAN:U Burundi bwisanze mu itsinda rya kabiri riyobowe na Nigeria.

Umurwi nserukiragihugu Intamba mu rugamba wisanze mu itsinda ritoroshe rya kabiri mu mahiganwa y’igikombe ca afrika kizobera mu gihugu ca Misiri mu kwezi kwa gatandatu uyu mwaka wa 2019, u burundi bukazokinira mu gisagara ca Alexandrie Kuva i tariki ya 23 Ntwarane 2019 u burundi buronka itike yo gukina iki gikombe ku ncuro yabwo ya mbere abatari bake babandanije bibaza…

Read More