Ndaye chancel mu nzira zija mu gihugu ca Republique ya Tcheque ,ibiganiro bigeze ku kigero ca 99%

Umukinyi akiri muto akinira umurwi nserukiragihugu Intamba mu rugamba yabaterengeje imyaka 20 Ndaye Chancel yamaze guhabwa umurwi wo mu cicaro ca gatatu mu gihugu ca Republique Tcheque  wa FK VYASKOV aho ibiganiro vyoba ngo bigeze kuri 99%. Ndaye Chancel yari asanzwe akinira Rukinzo FC,umurwi w’igipolisi c’igihugu c’ u Burundi mu cicaro ca mbere ,ndetse akaba avanye n’umurwi nserukiraguhugu Intamba mu rugamba mu gihugu ca Niger mu gikombe…

Read More