Igikombe c’umukuru w’igihugu kigeze ahakomeye,Isanamu y’imirwi izokina iri haganwa

Inkino z’igikombe c’umukuru w’I gihugu coupe du President zigeze muri ¼,aho imirwi 8 yose isigaye izokinira ku masaha amwe ki bibuga bitandukanye vyo mu gihugu hagati no kuri Stade Prince Louis Rwagasore ku wa gatandatu tariki ya 06  Ndamukiza 2019. Nyuma yo kugira umwaka mwiza mu ihiganwa ry’umupira w’amaguru mu Burundi umurwi wa Aigle Noir watwaye igikombe c’uyu mwaka ndetse…

Read More