Eden Hazard mu mayirabiri hagati ya Chelsea na Real Madrid

Umubiligi Eden Hazard asanzwe akinira umurwi wa Chelsea yoba yaramaze gufata ingingo iva canke iguma mu murwi wa chelsea naho ataragira ico ashikirije gusa ngo kuri Hazard aza yaramaze gufata ingingo. Umurwi wa FC Barcelona na Real Madrid yakunzwe kuvugwa muyiriko irarondera uyu mugabo w’imyaka 28 ariko ubu Real Madrid woba ariwo murwi usigaye mu rugamba rwo gusinyisha Eden Hazard…

Read More