Bimwe mu vyaranze ubuzima bwa Emiliano Sala aheruka guhitanwa n’isanganya ry’indege

Mu murwi wa Nantes yambara i nomero 9, bamutazira Emi. Ku mazina yose ni Emiliano Raúl Sala Taffarel yavukiye mw’i karatiye ya cululu mu ntara ya Santa Fe mu gihugu ca Argentine italiki 31/10 /1990. Avukana n’umukobwa yitwa Romina Sala papa wabo ni Horacio Sala mama wabo nawe yitwa Mercedes Sala. Emi yatanguye gukina afise imyaka 4 mu nkino zo…

Read More

UEFA yemeje ko munkino za UEFA champions league na Europa League yibuka Emiliano Sala

Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru ku mugabane w’i Buraya rimaze gufata ingingo inkino zose za mbere (First leg )zikinwa haba muri champions league canke muri Europa league ko imirwi yose iza gufata umunota umwe ikibuka ndetse igaha agaciro Umuhisi Emiliano Sala yahitanwe n’isanganya ry’indege. Emiliano Sala yari umunya Argentine yari mu murwi wa Nantes aza gushimwa na Cardiff yo mu cicaro ca…

Read More