Bwa mbere mu mateka y’U Burundi bwabonye itike yo gukina igikombe c’Afrika CAN

Ni umunsi wari urindiranywe igishika n’abatari bake haba mu barundi baba ngaha I Burundi ndetse n’abandi basanzwe baba hirya no hino ku isi. Urukino u Burundi bwakiriyemo Les Panthères za Gabon rwarangiye buhaye umunezero abakunzi b’umupira w’amaguru mu Burundi nyuma yo kunganya igitsindo kimwe kuri kimwe. Imbere y’isinzi y’abantu bari muri Stade Prince Louis Rwagasore Cédric Amissi yatsinze igitsindo mu…

Read More

Umurwi wa les Jeunes atletiques watanze ikirego muri FERWAFA kubera Jules Ulimwengu

Mu minsi yaheze niho twabashikirije inkuru ivuga ko Jules Ulimwengu yamaze kugurwa n’umurwi wa Rayon Sports yo mu Rwanda ariko avuye muri Sunrise yari yasinyemo Imyaka ibiri ava mu burundi https://isanomag.com/sport/jules-ulimwengu-yamaze-kugurwa-na-rayon-sports/  Ariko ubu ivy’igurwa rya Jules Ulimwengu vyajemo induru bivuye mu murwi wa Les jeunes atletiques ubu ubarizwa mu cicaro ca kabiri uvuga ko utigeze uronka ikintu na kimwe muri…

Read More

Burundi – Arbitrage : Un savoir- faire qui s’exploite et s’exporte davantage

Les arbitres burundais ne cessent de prouver au monde footballistique régional et même africain, que leur savoir-faire est inégalable parmi les autres arbitres du continent ou de la sous-région. De Claude Birumushahu ,désormais nomme instructeur des arbites internationaux à Niyongabo Emery, un jeune arbitre nouvellement promu dans le cercle des arbitres internationaux, la sollicitation de leur service dans les grands…

Read More

UEFA yemeje ko munkino za UEFA champions league na Europa League yibuka Emiliano Sala

Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru ku mugabane w’i Buraya rimaze gufata ingingo inkino zose za mbere (First leg )zikinwa haba muri champions league canke muri Europa league ko imirwi yose iza gufata umunota umwe ikibuka ndetse igaha agaciro Umuhisi Emiliano Sala yahitanwe n’isanganya ry’indege. Emiliano Sala yari umunya Argentine yari mu murwi wa Nantes aza gushimwa na Cardiff yo mu cicaro ca…

Read More

Eden Hazard mu mayirabiri hagati ya Chelsea na Real Madrid

Umubiligi Eden Hazard asanzwe akinira umurwi wa Chelsea yoba yaramaze gufata ingingo iva canke iguma mu murwi wa chelsea naho ataragira ico ashikirije gusa ngo kuri Hazard aza yaramaze gufata ingingo. Umurwi wa FC Barcelona na Real Madrid yakunzwe kuvugwa muyiriko irarondera uyu mugabo w’imyaka 28 ariko ubu Real Madrid woba ariwo murwi usigaye mu rugamba rwo gusinyisha Eden Hazard…

Read More

6 Ruhuhuma 1958, Isanganya ntibagiranwa ku murwi wa Manchester United

Igenekerezo rya 6 Ruhuhuma 1958 n’umusi ufise ico wibutsa umurwi wa Manchester United n’abakunzi bawo. N’umusi bibuka abahitanywe n’isanganya ry’indege ryahitanye abari bawugize ico gihe harimwo n’abakinyi batari bake. Hari igihe c’isaha cumi, Manchester United uvuye i Belgrade gukina inkino z’imirwi yabaye iya mbere i Buraya aho bakina na Etoile Rouge de Belgrade (3-3).Bavuye muri Serbie baruhukiye i Munich-Riem berekeza…

Read More

CanU20:Intamba zaronse inota rimwe mu rukino rwabahuje na Niger

Mu rukino rugira kabiri rwabahuza na NigerU20, Intamba zaronse inota rimwe inyuma yo kunganya nuwo murwi ibitsindo bitatu ku bindi.Urukino rutari rworoshe ku murwi w-intamba inyuma yaho batakarije urwa mbere bakinye na Nigeria.Ariko kandi n’icizere cagarutse co kubandanya mu 1/2 ca nyuma. N’urukino rutari rusanzwe kuko igice ca mbere carangiye Niger iri imbere ku bitsindo 2 vyinjijwe na Issah Salouh…

Read More

Shaka Bienvenue ntaboneka mu bakinyi 21 Intamba mu rugamba bagiyemuri muri Niger muri CANU20

Inyuma y’amasaha make atanze ikiganiro ku bamenyeshamakuru, joslin Bipfubusa yasohoye urutonde rw’abakinyi 21 bagiye amahiganwa ya Can y’abatarenza imyaka 20 mu gihugu ca Niger muri uru rutonde ntihabonekamo umukinyi Shaka Bienvenue umwe mubari bitezwe gufasha kanini uyu murwi muri aya mahiganwa,kubera imvune yagize ari mu murwi wiwe wa Etoile du Sahel muri Tunisia. Joslin Bipfubusa n’abasore biwe barahaguruka ku wa…

Read More