ACBAB:Ihiganwa ry’uyu mwaka riratangura mu minsi mike

Ihiganwa ry’urukino rw’amaboko Basketball rimaze iminsi ryararangiye hakaba hitezwe ko irindi ry’uyu mwaka wa 2018-2019 ritangura,ariko rikagenda rihindurirwa amatariki kubera impamvu zitandukanye,ariko ubu uburongozi bwa ACBAB  ryamenyesheje ko iri higanwa riza gutangura vuba mu mpera za week end ya 20 na 21 Ndamukiza 2019. Iri rihiganwa rya Basketball mu ntara ya Bujumbura rikaba ryari rimaze igihe kitari gito iriheruka ryararangiye…

Read More