Aigle noir mu biharuro yamaze gutwara iki gikombe ca Primus League,Isanamu twokwitega ku nkino zo ku munsi wa 23 wa Primus League .

Ku munsi wayo wa 23 Championat ya Primus League irasubira gukinwa aho  imirwi iza kuba itana mu mitwe ku bibuga bitandukanye vyo ngaha mu gihugu. Uyu munsi ku wa kabiri ,tariki ya 19 Ruhuhuma 2019,ku kibuga Prince Louis Rwagasore  harabera inkino 2 aho Bujumbura city itaratsindwa urukino na rumwe kuva mu kwezi kwa mbere iza kwakira umurwi  wa Flambeau de…

Read More