Africa :Tanzaniya yiyongereye ku bindi bihugu vyaronse itike yo gukina CAN 2019

Tanzaniya ibaye igihugu ca kane kibonye itike ryo gukina inkino za nyuma z’igikombe c’afrika kizobera muri Misiri mu kwezi kwa gatandatu nyuma yo gutsinda igihugu kibanyi ca Uganda ibitsindo 3 ku 0 ,bituma isubira muri CAN nyuma y’imyaka 39 iheze badahonyorayo,baba  mu  bihugu 24 bigomba kurwanira igikombe gikomeye gusumba ibindi muri Africa. Tiafa Stars ironse iyi tike isanga imirwi ya Uganda,Kenya n’u Burundi mu bihugu bigize akarere k’ibiyaga binini vyari vyaronse…

Read More