Vyarangiye ,Bonfils Caleb yamaze gusinya mu cicaro ca mbere muri Lettonie Imyaka 3

Umukinyi Bimenyimana Bonfils caleb yamaze gusinya imyaka itatu y’amasezerano yo gukinira umurwi wo muri Littonie witwa Rigas FS ya mbere muri championat ya Lethonie nyuma y’igihe kitari gito harabaye ibibazo hagati ya Rayon Sports na Aigle noir itari irumvikana kubijanye no kugurisha uyu mukinyi. Bonfils Caleb Bimenyimana yashize amasezerano y’imyaka 3 nk’uko n’ubundi yari yabitangarije Isano Magazine mu mezi abiri…

Read More