Urunani BBC mu nzira zo gusanura ikibuga co ku i Jabe.

Mu minsi yaheze mu nama yahuje abakunzi b’umurwi wa Urunani Basketball Club n’uburongozi bw’uyu murwi bashira hanze uko umwaka wabo ugomba kuba wifashe ndetse n’uburyo uyu murwi uzokoresha muri uyu mwaka w’inkino,abakunzi b’uyu murwi biyemeje kuba hafi uyu murwi eka mbere bafata iya mbere mu gutunganya umugambi wo kubaka ikibuga co ku I Jabe aho uyu murwi ugomba kuzoza urakirira…

Read More