Primus League :Aigle noir na Messager Ngozi zatanze isomo ry’umupira w’amaguru ku munsi wa 22 wa championat,Aigle Noir itera intambwe yo guterura igikombe ca Championat

Nyuma y’akaruhuko katari gato hadakinwa ihiganwa ry’umupira w’amaguru mu burundi  mu cicaro ca mbere Primus League ,mu mpera za week end ku matariki ya 16,17 z’ukwezi kwa Ruhuhuma 2019 zarasubiriye kuba ku bibuuga bitandukanye,ku munsi wayo wa 22 wasize Aigle noir na Messager Ngozi zikosoye bikomeye imirwi ya LLB na  Messager Bujumbura. Umurwi wa Aigle noir wagumanye ikibaza cawo ca…

Read More