Vyarangiye ,Bonfils Caleb yamaze gusinya mu cicaro ca mbere muri Lettonie Imyaka 3

Umukinyi Bimenyimana Bonfils caleb yamaze gusinya imyaka itatu y’amasezerano yo gukinira umurwi wo muri Littonie witwa Rigas FS ya mbere muri championat ya Lethonie nyuma y’igihe kitari gito harabaye ibibazo hagati ya Rayon Sports na Aigle noir itari irumvikana kubijanye no kugurisha uyu mukinyi. Bonfils Caleb Bimenyimana yashize amasezerano y’imyaka 3 nk’uko n’ubundi yari yabitangarije Isano Magazine mu mezi abiri…

Read More

Saido Berahino ntamerewe neza muri Stoke City yifuza gukinira Vital’o mu gihe akiri i Burundi,akunda Kidum na Fizzo,akunda kandi kurya ivyamwa

Umukinyi Saido Berahino asanzwe akinira umurwi wa Stoke City mu gihugu c’u ubwongereza mu cicaro ca kabiri  atangaza ko atishimiye kuguma muri uyu murwi mbere ko arindiriye ibijanye n’amasezerano mashasha amujana mu wundi murwi ,akaba kandi avuga ko bishobotse yoba arakinira umurwi wa Vital’o naho yabivuze ameze nk’uwuriko arapfyina. Mu kiganiro yari yatumiwemo na Buja FM camaze hafi iminota 35…

Read More