Coutinho ashobora kuva muri Barcelone, Messi nawe ati “Cristiano Ronaldo ashobora gufasha juventus gutwara igikombe ca ligue des champions”

Ku mazina yose ni Phillipe coutinho Correira afise imyaka 26 , uno musore amaze umwaka umwe n’amezi abiri muri Fc Barcelone aho yagurwa amafaranga y’amanyaburaya angana n’imiliyoni 160 ava muri Liverpool. Uno musore biragaragara neza ko atariko araronka akaryo ko gukinishwa gakwiye. Atanga ikiganiro ku kinyamakuru sport  yavuze ko ashobora kuva mu murwi wa fc barcelone “ kuva muri Barcelone…

Read More