Umumenyereza w’intamba mu rugamba ati “ ihangiro ryacu muri CAN 2019 ni kurengana igice ca mbere c’amatsinda”

Niwe yavyivugiye, umumenyereza w’intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko abicishije kw’iradio y’abafaransa RFI yagize ati : “ turazi ko ihiganwa rihuza imirwi nserukira bihugu vyo muri Africa riba rikomeye cane kuko rihuza ibihugu bikomeye cane muri Afrika ; kuri twebwe rero, ihangiro ni kurengana n’imiburiburi urugero rw’amatsinda tukaba abaserukira itsinda tuzoba turimwo.”  Mu gihe Uburundi ari irya mbere bushitse mwiryo higanwa, abenshi…

Read More