Natacha La Namba abandanije kwingingira Sat B amahera?Niki cinyegeje inyuma yavyo?

Mu muziki w’ u Burundi bigenda birushirazaho kuba vyiza kuko amahera ariko aragenda yibonekeza mu baririmvyi b’abarundi bamwe ba bamwe,ni nyuma yaho Natacha Ngendabanka yandikiye kuri Page ya Instagram yiwe abwira Sat b ko yahomvye kugaruka kandi mu giteramo ciwe na rirya yari yamuzaniye akandi kaganuke.Beshi rero bakibaza ko yoba ari ayandi mahera yari kumuha naho batigeze bavuga icarico neza.…

Read More