Shaka Bienvenue ntaboneka mu bakinyi 21 Intamba mu rugamba bagiyemuri muri Niger muri CANU20

Inyuma y’amasaha make atanze ikiganiro ku bamenyeshamakuru, joslin Bipfubusa yasohoye urutonde rw’abakinyi 21 bagiye amahiganwa ya Can y’abatarenza imyaka 20 mu gihugu ca Niger muri uru rutonde ntihabonekamo umukinyi Shaka Bienvenue umwe mubari bitezwe gufasha kanini uyu murwi muri aya mahiganwa,kubera imvune yagize ari mu murwi wiwe wa Etoile du Sahel muri Tunisia. Joslin Bipfubusa n’abasore biwe barahaguruka ku wa…

Read More