Burundi:Ntamahera yemereye abakinyi kandi ntiyobikora ntabizi Alain Olivier Niyungeko aganira n’itangazamakuru mbere yo guhura na Gabon.

Mu gihe hasigaye amasaha make ngo urugamba rwo gupfa no gukira rube hagati y’imirwi nserukirabihugu y’Uburundi na Gabon,umumenyereza Olivier Niyungeko batazira Mutombora ari kumwe na Gael Bigirimana batanze ikiganiro ku banditsi n’abamenyeshamakuru ku munsi wa gatanu tariki ya 22 Ntwarane mu nyubakwa z’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi . Ikiganiro cabaye mu masaha yo mu gatondo ko ku munsi wa gatanu…

Read More

Burundi U23: Mohamed Amissi, le nouveau spiderman du foot burundais

J-2 avant le match Burundi vs Gabon, les amatteurs du foot burundais se sont amusés dans un match plus ou moins équilibrés opposant le Burundi au Congo dans la categorie des moins de 23 ans. Un match où le public a savouré le spectacle des hirondaux U23 qui ont manqué pas mal d’occasions à l’oeuvre du jeune attaquant Mohamed amissi.…

Read More

Urunani Basketball club Rwiteguye gukoresha ayarenga imiliyoni 40 z’amarundi uyu mwaka wa 2019

Umurwi w’urunani BBC umwe mu mirwi ikomeye cane mu gihugu c’u Burundi yiteguye gukoresha amafaranga agera kuri miliyoni 40 mu mwaka w’inkino wa 2019 mu rwego rwo kwitegura inkino zose uyu murwi uzokina Mu nama rusangi Yahuje abagize comite irongoye urunani,abakinyi ndetse n’abafana b’uyu murwi yabaye ku wa kabiri tariki ya 05/02/2019 mu gisagara ca Bujumbura biyemeje gukosora amwe mu…

Read More

Intamba mu rugamba U20 ziteguye gutsinda Niger zikihora

Intamba mu rugamba z’abakinyi batarengeje imyaka 20 ziri gukina igikombe c’Afrika c’abaterengeje iyo myaka nyene muri Niger biteguye gutsinda ico gihugu cakiriye iri higanwa ku munsi w’ejo ku wa kabiri nyuma yo gutsindwa na Nigeria ibitsindo 2-0 Mbere gato y’uru rukino ibimenyeshamakuru vyinshi vyagiye bigaruka ku gukomera kw’umurwi w’intamba mu rugamba bahereye ku isanamu y’umurwi w’intamba mu rugamba wo muri…

Read More