BURUNDI−GABON : Aubameyang ashobora kutitaba urukino Gabon izokina n’Uburundi nkuko yabimenyesheje.

Pierre Emerick Aubameyang , umusatirizi w’umurwi wa Arsenal kandi akinira n’umurwi nserukiragihugu wa Gabon yamenyesheje biciye ku mboneshakure ya canal+ Ko ashobora kutaza gukinira Gabon murukino ruzobahuza n’Uburundi . Hari uno musi igenekerezo rya 02/03/2019 aho umurwi wa Tottenham hospur wari wakiriye Arsenal. Urukino rwarangiye iyo mirwi yose inganije 1−1. Uwo mukinyi rero ntiyari yatangujwe muri urwo rukino rwuno musi. Mu…

Read More

Burundi – Arbitrage : Un savoir- faire qui s’exploite et s’exporte davantage

Les arbitres burundais ne cessent de prouver au monde footballistique régional et même africain, que leur savoir-faire est inégalable parmi les autres arbitres du continent ou de la sous-région. De Claude Birumushahu ,désormais nomme instructeur des arbites internationaux à Niyongabo Emery, un jeune arbitre nouvellement promu dans le cercle des arbitres internationaux, la sollicitation de leur service dans les grands…

Read More

Bimwe mu vyaranze ubuzima bwa Emiliano Sala aheruka guhitanwa n’isanganya ry’indege

Mu murwi wa Nantes yambara i nomero 9, bamutazira Emi. Ku mazina yose ni Emiliano Raúl Sala Taffarel yavukiye mw’i karatiye ya cululu mu ntara ya Santa Fe mu gihugu ca Argentine italiki 31/10 /1990. Avukana n’umukobwa yitwa Romina Sala papa wabo ni Horacio Sala mama wabo nawe yitwa Mercedes Sala. Emi yatanguye gukina afise imyaka 4 mu nkino zo…

Read More

UEFA yemeje ko munkino za UEFA champions league na Europa League yibuka Emiliano Sala

Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru ku mugabane w’i Buraya rimaze gufata ingingo inkino zose za mbere (First leg )zikinwa haba muri champions league canke muri Europa league ko imirwi yose iza gufata umunota umwe ikibuka ndetse igaha agaciro Umuhisi Emiliano Sala yahitanwe n’isanganya ry’indege. Emiliano Sala yari umunya Argentine yari mu murwi wa Nantes aza gushimwa na Cardiff yo mu cicaro ca…

Read More

Eden Hazard mu mayirabiri hagati ya Chelsea na Real Madrid

Umubiligi Eden Hazard asanzwe akinira umurwi wa Chelsea yoba yaramaze gufata ingingo iva canke iguma mu murwi wa chelsea naho ataragira ico ashikirije gusa ngo kuri Hazard aza yaramaze gufata ingingo. Umurwi wa FC Barcelona na Real Madrid yakunzwe kuvugwa muyiriko irarondera uyu mugabo w’imyaka 28 ariko ubu Real Madrid woba ariwo murwi usigaye mu rugamba rwo gusinyisha Eden Hazard…

Read More

6 Ruhuhuma 1958, Isanganya ntibagiranwa ku murwi wa Manchester United

Igenekerezo rya 6 Ruhuhuma 1958 n’umusi ufise ico wibutsa umurwi wa Manchester United n’abakunzi bawo. N’umusi bibuka abahitanywe n’isanganya ry’indege ryahitanye abari bawugize ico gihe harimwo n’abakinyi batari bake. Hari igihe c’isaha cumi, Manchester United uvuye i Belgrade gukina inkino z’imirwi yabaye iya mbere i Buraya aho bakina na Etoile Rouge de Belgrade (3-3).Bavuye muri Serbie baruhukiye i Munich-Riem berekeza…

Read More

Makenzi yahevye aronka umurwi nyuma y’igihe kinini atandukanye na Gormahia

Nizigiyimana Karim “Makenzi” umukinyi w’Intamba mu rugamba yaramaze iminsi itari mike ata murwi abarizwamo yamaze gushira umukono ku masezerano y’umwaka umwe mu murwi wa Vipers mugihugu ca Uganda Karim Makenzi nyuma yo kurangiza amasezerano mu murwi wa Gormahia ntiyifuje kongereza aya masezerano yiwe nuyu murwi aho vyavugwa ko afise imirwi yo mu bihugu vy’abarabu iriko iramurondera ariko bikarangira ata numwe…

Read More

Intamba mu rugamba U20 ziteguye gutsinda Niger zikihora

Intamba mu rugamba z’abakinyi batarengeje imyaka 20 ziri gukina igikombe c’Afrika c’abaterengeje iyo myaka nyene muri Niger biteguye gutsinda ico gihugu cakiriye iri higanwa ku munsi w’ejo ku wa kabiri nyuma yo gutsindwa na Nigeria ibitsindo 2-0 Mbere gato y’uru rukino ibimenyeshamakuru vyinshi vyagiye bigaruka ku gukomera kw’umurwi w’intamba mu rugamba bahereye ku isanamu y’umurwi w’intamba mu rugamba wo muri…

Read More