LDC:T P Mazembe ihaniye SIMBA SC iwayo,isubira gukina demi final yaheruka mu mwaka wa 2015

Nyuma yo kunanirwa kugera muri kimwe ca kabiri c’ihiganwa rya League des champions kuva mu mwaka wa 2015 ubwo batwara iri higanwa ,TP Mazembe isubiye kubona itike yo kujayo nyuma yo gutsinda itababariye umurwi wa SIMBA SC yo muri Tanzaniya, Ibitsindo 4-1. Mu rukino rwo gusubiriza nyuma yaho iyi mirwo yose yari yanganirije mu gisagara ca Dar es Salaam 0-0…

Read More