Frank G80 yashize indirimbo yiwe hanze yibutsa abakundana ko isi yuzuye abantu bateranya

Ni umwe mu basore bakomeye muri iyi minsi mu muziki ndundi ariko araduga neza ,ubu akaba yamaze gushira indirimbo Gateranya hanze aho agaruka ku bantu bateranya abubakanye ndetse n’abandi bakundana kugira babasambuze. Frank Gatore asanzwe amenyerewe ku izina rya G80 canke Kale Gatoto yashinze hanze iyi ndirimbo mu gihe yaramaze igihe kitari gito adasohora indirimbo wenyene kuko yari amaze aboneka…

Read More