Burundi:Vital’o yahinduye indongozi Jamal Sefu asubira kuba President.

Inama rusangi yahuje abakinyi,abakunzi n’abarongozi ba Vital’o yateranye ku munsi w’imana  igenerekerezo rya 14 Ndamukiza  yarangiye hafashwe ingingo yo gutora indongozi shasha mu buryo bwo gusubira kubaka umurwi wabo bavuga ko wari ugeze aho umwansi ashaka. Iyi nama rusangi yabaye nyuma y’ibibazo vyagiye biravugwa ko umurwi wa Vital’o wifuza kwitandukanya n’umuyobozi wabo Bikorimana Benjamin nyuma y’Imyaka 6 ayirongoye mu buryo…

Read More