Showbizz:Imyiteguro yo gushira hanze Album yanje ya mbere igeze kure Masterland

Haheze igihe kitari gito ,umuririmvyi akaba n’umuhinyanyuzi Armel Chabel Marial Ngendakumana,  bakunda kwita Masterland amenyesheje abakunzi b’ibikorwa vyiwe ko agiye gushira hanze album yiwe ya mbere kuva atanguye akazi k’umuziki ,iyo album ikazoba yitwa EGO. Masterland amaze imyaka igera ku munani (8years) yinjiye mu bikorwa vyo gutunganya no gukora umuziki,aho afise inzu itunganya indirimbo mu buryo bw’amajwi MasterMuzik imaze gufasha…

Read More