Inzira y’umusaraba Vital’o iriko iracamo izoyishakana hehe?…Igice ca 1.

Umurwi wa Vital’o Football Club umaze imyaka itari mike uri mu bibazo ibi canke biriya bijanye n’ukuntu utunganijwe ,ibijanye n,abakinyi uburyo babaho,uwo umurwi wegukira ,ukwagirizwa k’umuyobozi Benjamin Bikorimana vyo gushaka kugira uyu murwi akarima kiwe no kudaha ijambo abakunzi n’abashinze (Fondateurs) uyu murwi mu bikorwa ibi canke biriya bitunga umurwi,ibi vyose vyatumye umurwi wa Vital’o usubira inyuma mu  buryo buboneka…

Read More