CAN 23 :Intamba mu Rugamba U23 zasezerewe na Congo Brazzaville

Intamba mu rugamba z’abatarenza imyaka 23, bakuwemo n’umurwi wa Congo Brazzaville batsinzwe ibitsindo 2-1 nyuma yo kurangiza igice ca mbere cose u Burundi bufise igitsindo 1 ku busa. Ni urukino rwo gusubiriza rwabereye  mu gihugu ca Congo Brazzaville aho abasore ba Omar Ntakagero bari batanguye uru rukino bifitiye icizere co kurutsinda nyuma yaho baronse amahirwe meshi bakayapfusha ubusa mu rukino…

Read More